Akes niko kazina kiwe abakunzi b’ umuziki w’ Uburundi bamuziko, akaba aheruka gusohora indirimbo zibiri ziriko zirakundwa cane mu buryo budasanzwe arizo KUBALI hamwe na BIGARUKIRAHO y’ iyamiriza ibintu bimaze igihe kitari gito biba mu gihugu c’ Uburundi. Tutibagiye n’ isanamu y’ indirimbo yiwe SALHA.


Amafoto adasanzwe y’ ubushirasoni yerekana uyo muririmvyi AKES ari kumwe n’ umwigeme mu buryo budasanzwe yashizwe ku mugaragaro n’ Umuntu atara menyekana kugeza ubu, aho yagiye arandika ku mbuga ngurukana bumenyi y’ uko AKES yafashwe ari kumwe n’ umukobwa utaramenyekana mwi Hotel atavuze izina.

UBM NEWS ikaba igiye kurondera uyo muririmvyi AKES kugira ngo aduhe ukuri kuri iyo nkuru.
RABA NGAHA VIDEO NSHASHA YA AKES: SALHA by AKES
[youtube id=”1aMw09udOw0″ align=”center” mode=”normal” autoplay=”no” maxwidth=”640″]





Recent Comments