Raba ngaha Obama asangira ku meza n’ umuryango wiwe wo muri Kenya

0

Kw’ igenekerezo rya 24/07/2015 niho umukuru wa Leta zunze ubumwe za Amerika yashitse mu gihugu ca Kenya nkuko vyari bimaze imisi bivurwa yuko ashobora kuhagera umwanya wariwo wose.

TDNg75m

Bimwe mu bintu vyaryoheye abanyagihugu bo muri Kenya nuko Barack Obama yashimye gusangira kumeza imwe n’ umukuru w’ igihugu ca Kenya hamwe n’ umuryango wiwe akomokamwo wovmuri Kenya.

RYWqRdtl

Umurwi Sauti Soul wo muri Kenya ukaba ariwo wari watewe iteka ryo guteramisha Nyakwubahwa Barack Obama muri ivyo birori.

dbe272bab69f8e13f14b405e038deb64

Ku mpamvu zitaramenyekana Barack Obama ntiyigeze agera mu gace akomokamwo muri ico gihugu ca Kenya, aho yaciye afata urundi Rugendo rumushikana mu gihugu ca Ethiopia.

DI59Dbfl

yzkIUMwl