UBM News ads

69 code ya Big fizzo ntiyabujijwe na cnc

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Indirimbo ‘’69 Code’’ ya Big Fizzo ntiyabujijwe kuvuzwa ku masamirizi asamirana ku butaka bw’uburundi nkuko vyemezwa n’ umushingamateka Karenga Ramandhan atwara urwengo rwo kugenzura ibitangazamakuru mu Burundi(CNC).
karenga
Karenga Ramadhani ati:sinigeze mbuza ko iyo ndirimbo ivuzwa ku masamirizi kuko niyo ndirimbo muvuga ntayonzi naje nabibonye nkabandi ku mbuga ngurukanabumenyi,
Karenga akabandanya avuga ati:iyaba narayibujije twari gutumako abamenyeshamakuru bose tugasohora nicandiko

Tworangiza tubamenyesha ko ivyo karenga Ramadhani yabuishikirije ku munsi wa gatanu mw’ihoteri club du lac Tanganyika aho iyo hoteri yari iramutse ihabwa certificat

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments