UBM News ads UBM News ads
Saturday, April 20, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

½c’abana bari musi y’imyaka itanu mu Burundi bari mu bibazo vyo kubura ibifungurwa bikwiye-UNICEF

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Umuyobozi w’urwego ruraba ibijanye n’ingaburo be n’iterambere ry’abana muri UNICEF Dr Victor Aguayo avuga ko ½c’abana bari musi y’imyaka itanu mu Burundi bari mu bibazo vyo kubura ibifungurwa bikwiye nayo ⅔bafise ingorane yo kubura amaraso akwiye(anémie).Ibi akaba abishikirije inyuma y’urugendo amazemwo imisi mu Burundi.


Nkuko tubikesha urubuga x(twitter)rwa UNICEF Burundi,Dr Victor Aguayo agira ati:«Murashobora kwibaza igituma twahisemwo uburundi imvo irumvikana muri iki gihugu abana abana bafise imyaka iri musi y’itanu bari mu babangamiwe cane n’ingorane yo kubura ibifungurwa bikwiye raba nawe bamana inzara mu nda bisigura ko ½c’abana batazokwigera bakura neza nk’abandi bazokwama bagoyagoya ikindi nuko abashika kuri ⅔vy’abana bfise ingorane yo kubura amaraso.kubera iki badafise amaraso akwiye?kuko imfungurwa bahabwa zidakwije ivya nkenerwa vyategerezwa kuba mu ngaburo ya misi yose.»

Naho UNICEF ivuga ko abana bari mu bibazo vyo gufungura nabi,Umukuru w’igihugu amaze imisi avuga ko uburundi ari umurima wa Edeni mbere yongera amenyesha abarundi ko uburundi ata mfashanyo ivuye hanze bugikeneye ahubwo vuba bugiye gufasha ibindi bihugu.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments