UBM News ads

Abajejwe ubutunzi bw-amakomine ˮcomptables‟ yose agize igihugu bafuswe mu Kazi.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Umushikiranganji w-iterambere rusangi yafuse mukazi kuruwu wa gatanu abajejwe ubutunzi bw-amakomine abo bita aba ˮcomptables‟ abagiriza  ko batumye itozwa ry-amatagisi ya komine rigenda nabi bafadikanije n-abari bajejwe kwegeranya ayo matagisi nabo nyene baheruka gukurwa mu kazi.May be an image of 5 people and people standing

Iyo ngingo y-uwo mushikiranganji yafaswe kubera  ko vyabonetse ko amahera agera k-umu miliyaridi w-amarundi n-imiliyoni zirenga amajana indwi ariyo matagisi atahora yinjira mu bigega vya komine zigize uburundi.

Umushikiranganji Gervais Ndirakobuca yabivuze inyuma y-inama yagiriraniye n-inzego zegukira ubwo bushikiranganji arongoye k-umurwa mukuru w-intara ya Kayanza.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments