Yaya Toure yatowe nk’umukinyi mwiza wa BBC

0

Umukinyi yaya toure asanzwe yamuka mu gihugu ca cote d’ivoire akaba akinira umugwi wa manchester city wo mu gihugu c’ubwongereza yaraye atowe n’i radio bbc ko ariwe mukinyi w’imunyafrika yarushije abandi uyu mwaka gukina neza.
toure
Akimara gutorwa,yaya toure akaba yarashoboye kugaragaza umunezero wiwe aho yavuze ko yishimye cane kubona asubiye gutorwa nk’umukinyi mwiza wa bbc.
yaya toure
Tworangiza tubamenyesha ko yaya toure yahiganwa n’ibindi bihangange nka Eneric obameyang,sadjo mane n’abandi