UBM News ads

Uwushaka kwitoza azobanza gutanga amafaranga angana imiriyoni 30

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Ivyi n’ibiri mu nteguro y’itegeko risubiwemwo rigenga amatora yo mu 2020. Iyo nteguro ikaba yaraye yemejwe n’abashingamateka 105 kuri 108, batatu bakaba bararihakanye. Amatora akazoba mu mice itatu, ayambere akazotora Umukuru w’igihugu, abashingamateka hamwe n’abahanuzi bo ku mitumba. Umusi wa kabiri hakazotorwa abakenguzamateka, ku mus iwa gatatu hakazotorwa abahanuzi bo kumitumba.

Umukandida w’umugambwe canke uwigenga akazosabwa gutanga imiriyoni 30 z’ingwati kugira yemererwe kw’itoza. Aho ngo ni kugira ntihaze abakandida bashaka kwiyerekana atabenegihugu bafise. Iyo nteguro y’itegeko ry’amatora ntiyemera abajahamwe bigenga, amatora arangiye bashobora gusubirizwa n’umugambwe canke inani z’imigambwe zaronse amajwi make.

Umukandida nawe yigenga ategerezwa kwerekana ko atamugambwe numwe arimwo haciye umwaka canke ko atari mubarongoye umugambwe n’umwe haciye imwaka ibiri.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments