UBM News ads UBM News ads
Saturday, June 22, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

Uwukora urudandazwa wese rwa LUMICASH agiye kuriha ikori muri Leta.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Ubutumwa buriko burahahanwa biciye mu materefone ngendanwa akoreshwa n-abasanzwe bakora urudandazwa rwa LUMICASH, bumenyesha ko uwukora urwo rudandazwa wese agiye kuriha amakori muri Leta. Ishirahamwe ry-abadandaza bakuru bakuru mw-urwo rudandazwa bita super agents COSA bamenyesha ko batangazwa cane n-ubwo butumwa buriko burarungikwa.Burundi: Lumitel booked huge increase of 225% in profits. - RegionWeek

Viateur Nikobamye arongoye iryo shirahamwe ry-abadandaza bakora urwo rucuruzwa amenyesha ko ishirahamwe VIETTEL ryobangira kw-iyo ngingo maze rikabanza kubagirisha inama . Agasaba kandi ko iryo shirahamwe ryobanza rikaraba abagiye kuboherwa amaboko mu mugongo kubera iyo ngingo abo nabo ni urwaruka rwahejeje amashure rudafise akazi ariko rwari rutunzwe n-urwo rudandazwa rwo guhanahana amafaranga biciye mu materefone ngendanwa.

Uwurongoye igisata ca LUMICASH muri VIETTEL yemeza ko hari imisi itegekanijwe yo kwakira abo ba ˮsuper agents‟kandi ko basanzwe bayizi, akanabasaba gukwirikiza ico kirangaminsi.

 

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments