UBM News ads

Urwanda rukwiye ibihano ruhasha-Cecile Nshimirimana.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Umugambwe Mbohozabarundi Frolina usabira urwanda ibihano ruhasha ku vyaha ndengerabutungane ruri gukora muri kongo.

Cecile Nshimirimana Arongoye uwo mugambwe avuga ko Uburundi bwakoze neza kwifatanya na kongo mu kurwanya m23 n’urwanda.

Mu mugambwe Mbohozaburundi Frolina baranegura agacerere k’amakungu adafatira ibihano ruhasha urwanda ku vyaha ndengerabutungane ruri gukora muri kongo.

Mw’itangazo ry’uwo mugambwe Frolina,Cecile Nshimirimana avuga ko amakungu yari akwiye gufatira ibihano ruhasha ku mabi ruri gukora muri kongo.

Kubwa Cecile Nshimirimana abona ko uburundi bwagize neza kwifatanya na RDC mu kurwanya Umuhari m23 n’urwanda.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments