Friday, August 19, 2022
HomeNewsUmwigeme w'imyaka 16 niwe yatsindiye ihiganwa ryo gusubiramwo indirimbo ''Sinzohinduka'' ya Masterland

Umwigeme w’imyaka 16 niwe yatsindiye ihiganwa ryo gusubiramwo indirimbo ”Sinzohinduka” ya Masterland

Hari ku munsi wa gatandatu igenekerezo rya 16/7/2015 niho haba ihiganwa ryari ryatunganijwe n’umuririmvyi Ngendakumana Armel Chabel abenshi bazi kw’izina rya Masterland,ihiganwa aho bategerezwa kuririmba indirimbo sinzohinduka yose,uwuyitora agahabwa agashimwe
Aimee
Mu bantu 12 bategerezwa guhiganwa,haje abagera kuri 7 gusa,abo indwi bose umwe wese yarashoboye kuvyifatamwo neza ariko umwigeme ava mu natara ya Ngozi ariwe AimEe akaba yarashoboye gusumba abo bahiganwa bose aca atahukana ikibanza ca mbere,
Aimee rero akaba yarashoboye gutsindira amafaranga ashika ibihumbi 50.000fbu, atsindira no gukora official cover ya Sinzohinduka imbere y’isinzi y’abantu!!!

Tworangiza tubamenyesha ko iryo higanwa ryari ryaje kurabnwa n’abantu benshi cane

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments