Monday, September 26, 2022
HomeNewsUmviriza Mutima ya Masterland

Umviriza Mutima ya Masterland

Nyuma y’indirimbo yiwe yakunzwe cane sinzohinduka,Masterland yashize ahabona iyindi ndirimbo iryoshe cane,indirimbo yakoreye mu gihugu c’urwanda,indirimbo yakorewe n’umuhinyanyuzi Poster P,indirimbo yitwa ”Mutima”
masterland mutima
Yumvirize hano:

Must Read

Léonce Ngendakumana avuga ko Perezida Ndayishimiye yabeshe muri ONU ko...

0
Ivyo umukuru w'igihugu c'uburundi Varisito Ndayishimiye yashikirije mu nama ya bose ya ONU igira 77 aho yavuga ko agateka ka zina muntu kubahirijwe mu...