Friday, October 7, 2022
HomeNewsUmuvyeyi wa Big Fizzo aratubwira aho izina ''Gikundiro''ryavuye ku mwana wiwe

Umuvyeyi wa Big Fizzo aratubwira aho izina ”Gikundiro”ryavuye ku mwana wiwe

Umuvyeyi w’umuririmvyi Mugani Desire abenshi bazi kw’izina rya Big Fizzo aravuga aho izina Gikundiro batazira umwana wiwe iyo ryavuye

Aganira n’ikinyamakuru cacu ubmnews ku munsi wagatandatu igihe umwana wiwe yari ahejeje kururuka indege aje mu giteramo hano mu gihugu ciwe c’amavukiro,Umuvyeyi wa Big Fizzo akaba yaratubwiye ho izina rya Gikundiro ryavuye aho umuvyeyi wa Big Fizzo yatubwiye ko izina rya Gikundiro abantu benshi batazi iyo ryavuye kuko bihenda cane,umuvyeyi wa Big Fizzo akavuga ko izina rya Gikundiro ryavuye ku Mana kuko ngo umuvyeyi w’uyo muririmvyi asanzwe asenga sana
umuvyeyi wa fizzo
Umuvyeyi wuyo muririmvyi akaba yatuyagiye ivyo aryohewe cane kuko yarasubiye kubona kandi umuhungu wiwe nyuma yikiringo c’umwaka wose atamukubita ijisho

Must Read

Cibitoke: Umusirikare umwe yarapfuye mu ntambara zabahuje mu kibira n’umuhari FDLR...

0
Umusirikare umwe niwe yahasize ubuzima uyundi arakomereka mu ntambara zimaze imisi mw'ishamba cimeza rya Kibira zihuza igisirikare c'uburundi hamwe n'umuhari w'abanyarwanda wa FDLR....