
Mu gisagara ca Uvira kiri mu burasirazuba bwa Repubulika ya demokarasi ya Kongo havutse imigumuko yo kwiyamiriza umusirikare wa leta afise ipete rya Majoro yishe umunyamategeko amurashe amasasu atandatu.
Ivyabaye vyashavuje urwaruka rwiroha mu mabarabara rutangira imyiyerekano rwambura aba polisi inkoho ruturira n’ibiro vyabo vya Mulongwe.
Aho ni mugihe hamaze imisi akajagari kadasanzwe mwico gihugu gahagaze ku ntambara z’amoko ndetse abamaze kuzisigamwo agatwe babandanya biyongera haba kuruhande gw’ aba divile, abasilikare ba leta canke no kuruhande gw’abaroberi.





Recent Comments