Ibihano umuryango w’ibihugu vya bulaya wari wafatiye U Burundi mu 2015 birashobora kuvanwaho imbere y’uko uyu mwaka uhera.
Albert Shingiro, umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu, yabishikirije inyuma y’inama y’abaserukira ivyo bihugu barongowe na Claude Bochu, aserukira uwo muryango mu Burundi.
Muri iyo nama bemeranije gusubira kubonana mu kwezi kwa 6, umushikiranganji Shingiro amaze kugendera ivyo bihugu
Recent Comments