UBM News ads UBM News ads
Friday, June 21, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

Umuririmvyi Saïdi Braza yamamaye ku ndirimbo “Burikukiye”yitavye Imana.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Umuririmvyi Saidi Braza yashengeye ku myaka 48 bitewe n’indwara yamufashe gihuruduka. Akaba yapfiriye ku bitaro vyo mu ntara ya Ngozi. Inkuru y’uko Umuririmvyi Braza yashengeye yamenyekanye mu gatondo ko kuri uyu wa gatanu.

Saidi Braza yamamaye cane ku ndirimbo nka Burikukiye hamwe Yarameze amenyo. Indirimbo Burikukiye ikaba yama yerekanywe mu birori vyo kwigina isabukuru y’imyaka ihaciye uburundi buronse intahe yo kwikukira.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments