UBM News ads

Umuririmvyi Karim Babel yitavye Imana

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Inyuma yo kumara amezi 6 mu bitaro vy’abasirikare, Karim_Babel ahejeje kwitaba Imana ahitanwe n’irwara y’amafyigo nkuko muganga yamwakiriye ubwanyuma n’ umuryango wiwe bavyemeza. Ivyo biruko mu gihe hari hakozwe ibikorwa bitandukanye kugira uburyo bwokuja kwivuza buboneke bushika imiliyoni 75 z’amarundi.

Amakuru duhabwa nabo mumuryango iwabo yemeza ko bazomushingurana iteka ku musi w’ejo isaha zine(10h). Aho asazwe aba mu #Buyenzi amarira ni menshi cane ndetse nawa mugigwa bita #Ikiriyo waciye utagura ubwo nyene.

Karim Babel akaba asize yararirimvye indirimbo yise ‘’ Nataka wakuniowa’’. Hakaba hari hamaze impari nyinshi zukungene boja kumuvuza muri Kenya canke mu bihugu vya Buruya. Ubwambere umuryango wiwe ukaba wavuga ko ugiye kumuvuza mu gihugu ca Kenya inyuma yo guhindura ngo bashaka kumujana mu gihugu c’Ububiligi, ivyatangaje benshi.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments