J Samson ni umwe mu baririmvyi b’abarundi abandanya akora neza cane m’umuziki ndundi,.ubu rero uno muririmvyi akaba agiye kuza arateramisha abantu abicishije mu biteramo nkuko twashoboye kubibona mu matangazo ( PROMO ) ariko aramamaza ibikorwa vyiwe.
https://www.youtube.com/watch?v=hyHE6a1HKjI