UBM News ads

Uburundi busabwa n-abarwizatunga b’abaganda kwugurura umupaka buhana n-igihugu c-urwanda.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Igihugu c-uburundi gisabwa n-abarwizatunga bo mu gihugu c-ubuganda kwugurura umupaka ico gihugu gihana urubibe n-igihugu c-urwanda kugira abo barwizatunga bashobore gukora urudandazwa neza bitabagoye. Bakamenyesha ko ibidandazwa vy-iwabo babizanye i Burundi  barinda kuzunguruka bagaca mu gihugu ca Tanzaniya  kubera imipaka y-uburundi n-urwanda yugaye. Ivyo bakaba babishikirije inyuma yaho hariko hakoranira i Bujumbura inama ihuza abarwizatunga baturuka i Burundi n-abaturuka  mu gihugu c-ubuganda.Image

Kubw-ico kibazo kijanye  nuko uburundi bwokugurura umupaka buhana n-urwanda, Umushikiranganji w-uburundi ajejwe ubudandaji yishuye ko ico kibazo ari ica politike ko  kandi kizokemurwa n-ibiganiro  vya politike nyene.  Ariko akamenyesha ko intambwe igeze kure  kugira ico kibazo kive mu nzira .

Tubamenyeshe ko kuva kuwa 7 Ntwarante 2022, igihugu c-urwanda cuguruye ku mugaragaro imipaka gihana n-ibihugu bibanyi  harimwo n-uburundi. Ariko ico gihe , Leta y-uburundi ikaba yaranse kwugururaumupaka

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments