15.8 C
Bujumbura
Monday, February 24, 2020
Tags Sports

Tag: sports

Abakinyi b’Intamba U20 bazoserukira Uburundi muri Niger bamenyekanye

Joslin Bipfubusa, umumenyereza mukuru w'intamba mu rugamba w'abatarenza imyaka 20 yashize ahabona urutonde rw'abakinyi 29 bagiye kwinjira mu mwiherero (Local) kuva kuri...

Uburundi bwafashe urugendo rw’ukuja gusubiriza Tanzaniya

Kuri uwu w'Imana, umurwi nserukiragihugu w'umupira w'amaguru mu batarenza imyaka 23 wafashe urugendo ruwushikana i Dar Es Salaam, uwo murwi ukaba ugiye gutana mu...

Abakinyi 18 b’Uburundi batumweko mu rukino ruzobahuza n’umurwi wa Mali

Umumenyereza w’umurwi nserukiragihugu w’Uburundi mu mupira w’amaguru INTAMBA MU RUGAMBA ahejeje gusohora kuri uwu wa kane urutonde rw’abakinyi cumi n'umunani Uburundi buzokwikorako mu rukino...

Ivyaranze indwi ya mbere y’ihiganwa rya Primus League

Inkino zo mu cicaro ca mbere aha iwacu mu Burundi zatanguye icese kuwa gatanu igenekerezo rya 17/08/2018 igihe c'isaha icenda(15h00). Urukino rwa mbere rukaba...

Ibihugu 23 Nivyo Bimaze kumenya Ko Bizohiganirwa Igikombe c’Isi Yose c’Umupira w’Amaguru

Igicombe c'isi kizosubira guhiganirwa mu gihugu c'Uburusiya ku magenekerezo ya 14...

Uburundi buzohura na Zanzibar mu rukino rwa mbere

Abakinyi cumi na babiri bakina mu Burundi, hamwe n’abakinyi umunani bakina mu bindi bihugu nibo batumweko kugira bazoserukire Uburundi mw’ihiganwa rya CECAFA CHALLENGE CUP...

Uburundi bwakuwe mw’ihiganwa na RDC : Amwe mu masamu

Umurwi nserukiragihugu w'Uburundi INTAMBA MU RUGAMBA wasezeye ihiganwa ry'ukurondera imirwi izokwitaba inkino z'igikombe c'isi yose zizobera mu gihugu c'Uburusiya mu mwaka w'2018. Mu rukino rw'ugusubiriza...

Urukundo Mac Arthur ARAKAZA akunda abana bo mw’ibarabara nirwo rutuma baza ku mushigikira ku bwinshi.

Urukundo Mac Arthur akunda abana bo mw'ibarabara nirwo rutuma baza ku mushigikira ku bwinshi ku nkino aba ariko arakina yaba mu mugwi wiwe wa...

Most Read

Urunani Kira-Burundi narwo rwavutse ku bw’amatora yo muri Rusama 2020

Urunani rushasha rw'abatavuga rumwe na leta y'Uburundi, Kira-Burundi, rwavutse kugira ruzoje mu matora y'umukuru w'igihugu yitezwe kuba muri uyu mwaka wa 2020 muri Rusama...

Leta yadugije igiciro c’ikawa

Ico giciro cavuye kuri 500 Fbu kija kuri 550 Fbu ku kawa y’akanovera kambere bita cerise A, ku kanovera kari musi y’iyo kawa bita...

Fabien Banciryanino: ‘Intwari’ ihangana na CNDD-FDD?

Umushingamateka yatowe mu runani Amizero y'Abarundi, Fabien Banciryanino, benshi bita 'Intwari canke 'hero' mu gifaransa, yasubiye gusemerera yiyamiriza ingingo zifatwa n'umugambwe uri ku butegetsi. Mu...

Abashaka kwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu bageze kuri 14

Abashaka kwitoza mu kibanza c'umukuru w'igihugu mu matora azoba ku wa 20 Rusama 2020 mu gihugu c'Uburundi bageze kuri 14. Mu bahiganwa bose bavuga...