Amerika yemeza ko imbonerakure zifadikanije n’imirwi y’abasirikare b’uburundi bari kurwanira muri Congo kuva mu mpera za 2021.
Inyuma ya OLUCOME, irindi shirahamwe ryitwa ALUCOMAFB rije kurwanya abasesagura amatungo ya Leta ryaraye rivutse.
Umuririmvyi Saïdi Braza yamamaye ku ndirimbo “Burikukiye”yitavye Imana.
Leta zunze ubumwe za Amerika zimenyesha ko n’ubu agateka ka zina muntu kabandanya guhungabana mu Burundi.
Ikoreshwa ry’ifaranga rimwe mu bihugu bigize EAC ryigijwe inyuma imyaka indwi.
Abatavuga rumwe bari mu buhungiro bagiye gushinga Leta yabo izohangana n’ibibazo bihanze uburundi.
Ivy’uko abashingamateka bokora bava mu ntara batowemwo ntivyokunda kuko ibiro vyabo biri I Bujumbura (Agathon Rwasa).
Agathon Rwasa avuga ko Ubutegetsi buhari bwaburabuje umugambi wo gukoresha ibitenge vyagenewe isabukuru ya CNL.
Agathon Rwasa ati Iradiyo n’imboneshakure vy’igihugu RTNB vyagizwe igikoresho c’ubutegetsi bwa CNDD-FDD.
Muri UPRONA bafise amakenga ko igihugu kizohava gisubira mu ntwaro y’ubwoko bumwe.
” Gukoreshwa ibikorwa vy’inguvu ntugaburirwe ndetse ngo uhembwe ntaho bitaniye n’ubucakara bwo ku bakoloni” umunyagisagara ca Bujumbura.
Abasirikare b’uburundi barenga 30 nibo bamaze guta akazi mu kiringo c’amezi abiri gusa.
” Mu 480.000Fbu mpembwa, Nisanga natse ideni abagenzi kugira tubeho buri kwezi ah’i Bujumbura”- Umukozi wa Leta aba i Bujumbura.
Perezida Ndayishimiye avuga ko yasanze atavyemeza afise kubijanye n’inyuruzwa rya miriyaridi zirenga 54 zo kwubaka urugomero rwa Mpanda.
Argentine niyo yatahukanye igikombe c’isi mu gutsinda ubufaransa ku mapenariti.
Maroc yanditse amateka muri Afrika mu kwinjira mu gice ca kabiri gishira icanyuma mu gikombe c’isi.
Uburundi burashobora gufatirwa ibihano bikomeye mu mahiganwa mpuzamakungu y’urukino rwa TAEKWONDO.
Umumenyeshamakuru w’inkino Thierry Niyungeko ntakiri muzima.
Ibihugu bitanu nivyo bizoserukira umugabane wa Afrika mu gikombe c-isi kizobera Qatar .
Ingo 336 zarahukanye imbere y’amategeko mu gisagara ca Bujumbura mw’uy’umwaka wa 2022.
Ishirahamwe ryaheruka kuvuka ryahagaritswe ryagirizwa kuhonyanga imico n-imigenzo vy-abarundi.
Ibintu bidasanzwe wokorera umukunzi wawe bikamwereka ko umukunda vyukuri (Igice ca gatatu)
Ibintu bidasanzwe wokorera umukunzi wawe bikamwereka ko umukunda vyukuri (Igice ca kabiri)
Ibintu bidasanzwe wokorera umukunzi wawe bikamwereka ko umukunda vyukuri (Igice ca mbere )