Ngibi ivyo Leta isabwa kugirango ntizosubire gusaba infashanyo mu makungu!
Perezida Ndayishimiye avuga ko hari abantu basigara baramwidogera, bamutera ubwoba bongera bamuvuma iyo afashe ingendo mu mahanga.
Alain-Guillaume Bunyoni asaba kurekurwa ivy’agateganyo maze aburane yidegemvya kuko amagara amukitse.
OLUCOME ibona ko Perezida Ndayishimiye akora ingendo nyishi hanze y’igihugu kandi zitwara uburyo bwinshi.
Perezida Ndayishimiye aridogera abafasha uburundi kuba batizera Leta yiwe maze bagahitamwo gucisha imfashanyo mu mashirahamwe akorana n’abanyagihugu.
Perezida Ndayishimiye avuga ko umuhanuzi wiwe yamuhanuye kuca Tanzaniya atahutse i Burundi kugutinyira ibihuha vya ‘coup d’Etat’.
Kayanza: Révérien Ndikuriyo asaba abanywanyi ba CNDD-FDD kwica abo yita ‘imfyisi’ kugira ngo hasigare ‘intama’.
LIGUE ITEKA irarajwe ishinga n’ibibanza vyose vy’ubuhinga biguma bihabwa abanywanyi ba CNDD-FDD kandi bo mu bwoko bumwe bw’abahutu.
Perezida Ndayishimiye arababazwa n’uko ‘imbundege’ arizo zama zishirwa imbere mu mabanga ariko abarundi b’intwari bakibagirwa ari navyo ngo bizotuma uburundi budatera imbere.
Léonidas HATUNGIMANA avuga ko uburundi buri mu kaga kubera uwuburongoye ariwe Perezida Ndayishimiye ata bushobozi afise bwo kuburongora.
Bimwe mu bihangange vyo muri CNDD-FDD ntibiriko bihuriza hamwe ko Perezida Ndayishimiye akura Gén.Prime Niyongabo mu mabanga yo kuyobora ibiro bikuru vya gisirikare.
Cibitoke: Abasirikare batandatu barahagaritswe maze batanu muri bo barapfunzwe inyuma yo gutana mu mitwe n’urwaruka rw’imbonerakure.
Ingendo nyishi zikorwa mu mahanga na Perezida Ndayishimiye n’umutambukanyi wiwe zirakenewe iki gihe uburundi n’abarundi bari mu bukene butagira izina?
«Kuba abafasha uburundi harivyo basavye Leta ngo ikore nayo ikanana, Abarundi twitege kuba turagumye mw’izi ngorane z’ubutunzi» bivurwa n’umwe mu bahinga mu vy’imigenderanire n’ayandi...
SAHWANYA FRODEBU irababazwa n’ukuntu Leta iheruka kuduza igiciro c’igitoro itabanje kuvugana n’abo vyerekeye bose.
OLUCOME imenyesha Leta ko yokwitegurira ingaruka mbi zitewe n’ikena ry’amafaranga mu banki.
Umuyobozi mukuru wa SOSUMO avuga ko kuba abantu bararwiriye hamwe n’abadandaza bikinga mu kiza biri mu bituma iryo shirahamwe ridashobora gutorera umuti ikibazo c’ikena...
Abakinyi ba Handball 10 muri 13 bari baserukiye uburundi gukina muri Croatie baranyitse maze uburundi buca bukurwa mw’iryo higanwa.
Kenya: Abamaze gupfa kubera kwisonzesha maze ngo babonane na Yesu barenga 200.
Francine Niyonsaba asaba abarongoye CNO gutanga imihoho inyuma yo kutamushira ku rutonde rw’abazokwitabira jeux olympiques 2024.
Umunonotsi Thierry Ndikumwenayo ntagiserukiye kuva ubu uburundi agiye azoza aserukira igihugu ca Espagne mu mahiganwa mpuzamakungu.
Argentine niyo yatahukanye igikombe c’isi mu gutsinda ubufaransa ku mapenariti.
RED-TABARA irigamba gusambura kimwe mu cuma ca ‘Antenne’ cafasha indege kwururukira ku kibuga c’indege Melchior Ndadaye.
Mutimbuzi: Ibiziga birenga 10 bimaze kwononekara vyaratowe bihambwe mu kinogo rusangi kuri uyu wa kane (Intahe y’uwabibonye).
Inama nshingamateka yaremeje integuro y’ibwirizwa ijanye no guha uburundi birwanisho n’ubuhinga bigezweho bitanzwe n’igihugu c’uburusiya.
Mabayi:«Muhakwa kuzohambira icarimwe abantu bashika 300. Ntituzokwemera ko abasirikare bacu bicwa umwanya ku mwanya» Gervais Ndirakobuca aburira abanya Mabayi bakorana n’abarwanyi b’abanyarwanda bacumbikiye mu...