T-Max agiye gusubira kw’ishure

0

Umuririmvyi w’umurundi Timoteyo Richard Francis Namwata abenshi bazi kw’izina rya T-max agiye gusubira kw’ishure nkuko amakuru ikinyamakuru cacu ubmnews dukesha bamwe mu bamenyeshamakuru ba hano iwacu baganiriye nuyo muririmvyi
t max n'umutambukanyi wiwe
T-Max rero akaba muri kino gihe abarizwa mu gihugu c’ubuhollande aho yagiye gusanga umutambukanyi wiwe Martine Mati aho uyo mutambukanyi wiwe asanzwe aba muri ico gihugu c’ubuhollande
Gushika ubu ntawuramenya rero ko uyo muririmvyi agiye gusubira kw’ishure risanzwe canke ko agiye kwiga ivy’umuziki ninkuru rero ikinyamakuru cacu ubmnews tugiye kubandanya tubatohoreza
Kubatazi T-max akaba ari umuririmvyi yaririmvye indirimbo ”Ndabaramutsa”
Yirabe hano: