Monday, September 26, 2022
HomeNewsSignorita niyo ndirimbo nshasha ya Bien Fizzo

Signorita niyo ndirimbo nshasha ya Bien Fizzo

Umuririmvyi w’umurundi Bien Fizzo agiye gushira ahabona indirimbo yise Signorita muri ino minsi ya vuba
signorita
Abicishije ku rubuga gwiwe ngurukanabumenyi rwa facebook,Bien Fizzo akaba yamenyesheje ko agiye gushira ahabona iyo ndirimbo yise ”Signorita”,Bien Fizzo akaba yamenyesheje ati:
New video 2016 Signorita by Bienv-fizzo vuba mugiye kuyibona video yakozwe neza ifise ama sanamu meza 2016 nifuza kubaha bishasha gusa mbe Queen video ninde?
Tworangiza tubamenyesha ko Bien Fizzo ari mu baririmvyi b’abarundi bariko bakora cane muri kino gihe

Must Read

Léonce Ngendakumana avuga ko Perezida Ndayishimiye yabeshe muri ONU ko...

0
Ivyo umukuru w'igihugu c'uburundi Varisito Ndayishimiye yashikirije mu nama ya bose ya ONU igira 77 aho yavuga ko agateka ka zina muntu kubahirijwe mu...