Sat-b ntakibonetse mu giteramo c’i kampala kuri uyu wa gatandatu

0

Nyuma y’iminsi bivugwako kuri uyu wa gatandatu umuririmvyi w’umurundi sat-b arikumwe n’umugwi urban boys bazoteramisha abakunzi b’umuziki i kampala mu gihugu c’ubuganda ico giteramo ntikikibaye nkuko amakuru dukesha sat-b abivuga
igiteramo bategerezwa gukora mu buganda
Abicishije ku rubuga rwiwxe rwa facebook,sat-b akaba yamenyesheje ko ico giteramo batazokibonekamwo ku mvo zitabavuyeko,sat-b akaba yanditse ati:
‪#‎kampala‬
Kubw impamvu zitatuvuye ko ino concert ntukiyibonetse mwo musavye kubimenyesha abandi. Murakoze !!

Tworangiza tubamenyesha ko ikinyamakuru cacu ubmnews kigiye gutohoza icatumye batazokwitabira ico giteramo