Sat-B agiye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo ”African Girl”

0

Umuririmvyi w’umurundi sat-b agiye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo ” African Girl” nkuko uyo muririmvyi yabimenyesheje
african girl

Aganira rero n’ abamenyeshamakuru bagenzi bacu ,sat-b akaba yamenyesheje ko agiye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo ”African Girl” muri ino minsi ya vuba kandi ko yamaze no gutangura kuyakora akaba yayakoreye mu gihugu ca uganda,
Sat-b akaba yagiye mu buganda arikumwe n’umuhinyanyuzi kent-p aho bari bagiye gukora ayo masanamu y’indirimbo ”African Girl”

Kubatazi sat-b akaba ari umuririmvyi akomeye cane hano mu burundi,mu rwanda no muri aka karere ka africa y’ubuseruko
Raba hano imwe mu ndirimbo ziwe:
https://www.youtube.com/watch?v=1hevLygodEQ