Riderman na Miss agasaro bibarutse umwana w’umuhungu

0

Umuririmvyi wo mu gihugu c’urwanda Riderman n’umugore wiwe Miss Agasaro bibarutse umwana wabo wa mbere,umwana w’umuhungu nkuko ikinyamakuru cacu ubmnews iyo nkuru tuyikesha bagenzi bacu basanzwe bakorera ikinya,akuru co mu gihugu c’urwanda,ikinyamakuru inyarwanda.com
riderman na miss agasaro
Riderman na Miss Agasaro bakaba bari bamaranye amezi agera kuri ane gusa bubakanye.
ku munsi wabo w'ubugeni
Ikinyamakuru ubmnews tukaba tubakeje