Raba hano video nshasha ya AB Nabil muko imeze neza cane ” Nisamehe (Video)

0

AB Nabil ni umwe mubaririmvyi b’abarundi bakora umuziki mwiza cane kandi ugakundwa na benshi ‘ ni umurundi aba muri Leta zunze ubumwe za America ” raba hano ino video nshasha y’indirimbo yiwe.