Raba hano indirimbo ”Today Than yesterday” ya King Fanatic arikumwe na Big Fizzo

0

King Fanatic n’umuririmvyi w’umurundi asanzwe aba mu gihugu c’ubuholande ariko arakora neza cane,akaba aherutse gushira ahabona indirimbo arikumwe n’igihangange Big Fizzo
king fanatic
Yirabe hano:
https://www.youtube.com/watch?v=xkcIyzaKB7s&feature=youtu.be