Raba hano indirimbo nshasha idasanzwe ya AB Nabil ” Runyenyeri (Official video)

0

Ab Nabil niwe muririmvyi w’umurundi aba muri America biboneka ko amaze gutera intambwe ikomeye mumuziki ndundi, irabire nawe hano ino ndirimbo yiwe nshasha muko imeze neza cane.