Raba hano indirimbo nshasha idasanzwe Daddy Face yakoranye na Christian Bella

0

Umuririmvyi Daddy Face niwe abaye umuririmvyi wa mbere w’umurundi aba muri America akoranye indirimbo numwe muba Star rurangiranwa ava muri Tanzania Christian Bella , ino ni intambwe ikomeye cane kuruno muririmvyi.

Daddy Face ft Christian Bella Come Back (Official Music Video)