Raba amasanamu y’indirimbo ”Mpumuriza” ya Super Huff na Emery Sun

0

Umuririmvyi Super Huff afadikanije n’umuririmvyi Emery Sun bashize ahabona amasanamu y’indirimbo ”Mpumuriza” kuri uno munsi igenekerezo rya 27/6/2016,ayo masanamu akaba yakozwe n’umuhinyanyuzi akomeye cane,umuhinyanyuzi Landry Sb
super huff

Yirabe hano: