Friday, October 7, 2022
HomeNewsPrince Mushindi arashimira Big Zoe

Prince Mushindi arashimira Big Zoe

Umuririmvyi w’umurundi asanzwe akora umuziki wo gutazira Imana ariwe Prince Mushindi yagize ico avuga kuri mugenzi we asanzwev akora nawe nyene indirimbo zihayagiza Imana ariwe Barigume Regis abenshi bazi kw’izina rya big zoE
mushindi

Abicishije ku rubuga rwa facebook,Prince Mushindi akaba yanditse ati:
Hari abantu Imana ishira mu nzira y ubuzima bwawe kugira bagufash gushika ku co waremewe. Big zoe regis ndamufata nka grand frère. Ytanguy music imbere yanje. Uyu mutype utamuzi ukamurabir kwa kure wokwibaza kwari umubile w umugangster, ariko umuri hafi niho utahura ko ari umukozi w Imana agendana nayo. La plupart de fois yama afise ama idee meza cane agupartgea umengo ni umupastor wo muri street. Big ni umwe mu bantu bama banyecouragea gukora music. Uyu mujama ari humble kandi ntabanira abandi ba artiste. Iyo ukora ikintu ciza aremera kwari ciza kandi akagupoussa. Arafis umutima wo gushaka kubona abandi ba rapeur baduga. Avant ko duhura nari umu rapeur wo mu cumba canj gusa ariko igihe yanyumv c est lui qui m a proposé de faire un single (isengesho) avec lui. Kuri jewe yari opportunité yo gushira ingabire yanje ahabona kuko big yarafis abamwumviriza(abafuns) “Isengesho” niyo ndirimbo ya mbere yatumye nsohoka.
Aha ngz hari uruhara runini abifisemwo. sinon kumbure narabivuyemwo. Big ni umwe mu bo Imana yakoresheje kugira biciye muri Rap bazane changement mu rwaruka no mu rusengero. Ndamwigirako vyinshi.
Bro just to say ” thank”.

Tworangiza tubamenyesha ko prince mushindi yaraherutse gushimira uwahoze ari umumenyeshamakuru wa ccib ariwe Landry Mugisha

Must Read

Cibitoke: Umusirikare umwe yarapfuye mu ntambara zabahuje mu kibira n’umuhari FDLR...

0
Umusirikare umwe niwe yahasize ubuzima uyundi arakomereka mu ntambara zimaze imisi mw'ishamba cimeza rya Kibira zihuza igisirikare c'uburundi hamwe n'umuhari w'abanyarwanda wa FDLR....