UBM News ads

Prezida Evariste Ndayishimiye na Tshisekedi bashaka gusenyura ubutegetsi bw’urwanda-Paul Kagame.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Prezida Paul Kagame yagiriza Prezida Evariste Ndayishimiye na mugenzi we Felix Tshisekedi gushaka gusenyura ubutegetsi bw’urwanda ariko yemeza ko iki kibazo ategerezwa kugikemura atitayeho abamukangisha ibihano mpuzamakungu.

Mu kiganiro cihariye kumboneshakure ya Jeune Afrique,Prezida paul Kagame yagarutse kubibazo vy’umutekano muke urangwa mu karere cane cane muri kongo.

Kukibazo co muri kongo prezida paul kagame yagirije abakuru b’ibihugu,Evariste Ndayishimiye na mugenzi we Felix Tshisekedi kuba inkwezi y’ibibazo birangwa mu karere .

prezida paul Kagame abagiriza gushaka gusenyura ubutegetsi bw’urwanda ibishobora gutuma haba ikibazo c’umutekano muke mu karere.

Kumenya nimba Paul Kagame ashigikiye umuhari M23,yishura ati:”Mushaka nshigikire FDLR?canke Wazalendo iriko ishigikiwe na Kinshasa iriko ihonya ubwoko?canke uburundi bwaje kwisuka muri iyi ntambara?”.

Paul Kagame ati Nshigikiye M23 irwanira agateka kabo!

Kukibazo c’inama iheruka kubera i Dar es salam kukibazo ca kongo,Paul Kagame avuga ko bosebumvikanye ko intambara zihagara ariko igitangaje inama iheze Felix Tshisekedi yaciye yiruka muri Tchad guhiga ubugasha bw’ingabo zimufasha kurwana ivyerekana ko ashaka gukemura iki kibazo mu kurwana.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments