UBM News ads

Perezida Evariste Ndayishimiye n-umutambukanyi wiwe baritezwe I Kampala mu birori vyo kwimika perezida Museveni.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Kuruwu wa gatatu igenekerezo rya 12  Rusama niho perezida w-igihugu ca Uganda Yoweli Kaguta Museveni azorahirira kutwara ikindi kiringo kigira gatandatu c-imyaka ine ayobore igihugu. Ivyo birori bikazobera  ku kibuga c-umupira w-amaguru ca Kololo.Museveni to swear in for 6th term on May 12 - Eagle Online

Uretse umukuru w-igihugu c-uburundi Evariste Ndayishimiye ,haritezwe abandi bakuru b-ibihugu ba afrika batari bake bazitabira ivyo birori aha twovuga nka nk-abakuru b-ibihugu vya Somaliya, Afrika y-epfo, Ghana, Zimbabwe, Guinee, Sudani y-epfo,icegera c-umukuru w-igihugu ca Nigeria, ..hamwe n-abazoba baserukiye amashirahamwe y-ubumwe bwa afrika, umuryango wa EAC, Ihirahamwe CIRGL,IGAD,…..

Tubibutse ko umukuru w-igihugu c-uburundi Ndayishimiye yari yagiraniye ikiganiro vuba  na mugenziwe wa uganda Museveni  biciye kw-iterefone aho  yahise amuha ubutumire bw-ibirori vy-irahira mu banga inyuma yogusubira kwizerwa gutorwa kuba umukuru w-igihugu, uwundi aramwemerera ko azokwitabira ubwo butumire .

 

 

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments