UBM News ads
Sunday, December 3, 2023
No menu items!
UBM News ads

Perezida Domitien NDAYIZEYE yagenywe kuba mu murwi w-inararibonye w-ishirahamwe ry-ubumwe bwa Afrika.

Uwahoze ari umukuru w-igihugu c-uburundi Domitien NDAYIZEYE niwe yagenywe kuri uyu w-Imana igenekerezo rya 6 Ruhuhuma 2022 n-inama y-abakuru b-ibihugu bigize umuryango w-ubumwe bwa Afrika ngo aje mu murwi w-inararibonye  w-iryo shirahamwe . Perezida Ndayizeye akaba yatanzwe na Leta y-uburundi , iyo nayo ikaba yari yaserukiwe n-umukuru w-igihugu c-uburundi Varisito Ndayishimiye.Burundi: Domitien Ndayizeye 'wangiwe kwitoza' avuga ko bitaca intege Abarundi - BBC News Gahuza

Tubibutse ko Uwo yahoze arongoye uburundi mu kiringo c-intwaro mfatakibanza yaheruka kwizerwa n-ishirahamwe ry-umuryango wa Afrika y-ubuseruko, EAC mu kurongora umurwi w-abarorerezi b-uwo muryango mu matora y-umukuru w-igihugu ca Uganda yabaye  muri Nzero  umwaka w-2021.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments