UBM News ads

ONU yugaye ibiro vy’ubuserukizi bwayo mu Burundi nk’uko vyari vyaravuzwe.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads
Burundi-UN: Ibiro vy’intumwa idasanzwe y’ishirahamwe mpuzamakungu ONU mu Burundi vyugawe kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 31 Rusama 2021, nk’uko vyari vyasabwe n’Uburundi.
Umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikiranganji bw’imigenderanire yavuze ko kwugara ivyo biro bidasigura ko imigenderanire hagati y’Uburundi n’ishirahamwe mpuzamakungu ONU ihagaze.
Isidore Ntirampeba yamenyesheje ko gufashanya bigiye kubandaniriza mu bindi bisata vy’iterambere.
Abatandukanye baribaza nimba ONU izemera kubandanya gukorana n’igihugu idafisemwo ubuserukizi canke bakibaza ko nayo izobona ko u Burundi bwayiyonkoyeko maze nayo ifate ingingo yo gukura amaboko kur’ico gihugu.
RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments