Olga yagize ico avuga kuri Big Fizzo

0

Umuririmvyi w’umurundikazi Ntaganzwa Olga Lorie yamenyesheje ko akunda cane umuririmvyi mugenzi we Big Fizzo aho avuga ko ari we muririmvyi akunda mu bandi bose

Abicishije ku rubuga rwiwe rwa facebook,Olga Lorie akaba yamenyesheje ko Big Fizzo ari muririmvyi akunda kandi akaba yatayeko amusabira ku Mana ibandanye imuhezagira,Olga akaba yanditse ati:
my favorite star Fariouz Mugani iMANA IBANDANYE IGUHEZAGIRA
fizzo

Tworangiza tubamenyesha ko olga lorie ari umuririmvyikazi yari mu mahiganwa ya primusic
Raba amasanamu olga ari mw’ihiganwa primusic: