Olga Lorie na Bruce Melodie boba bafitaniye uyuhe mugambi? soma hano wumve

0

Umuririmvyikazi w’umurundi Ntaganzwa Olga Lorie yoba afitaniye imigenderanire myiza n’umuririmvyi wo mu Rwanda Bruce Melodie nkuko bimaze iminsi biboneka aho usanga umwanya wose barikumwe n’ama photo bakayafata kenshi barikumwe.

Bruce Melodie na Olga

Abajijwe na bagenzi bacu bakorera ikinyamakuru Live ART Burundi,umuririmvyikazi Olga Lorie yamenyesheje ko afitaniye imigambi myiza n’umuririmvyi Bruce Melodie,umuririmvyi yatahukanye ikibanza ca 2 mw’ihiganwa Primus Guma Guma,Olga akaba yanamenyesheje ko vuba bagiye gusohorana indirimbo nuyo mwanditsi wa NTUJYIHINDUKA.

Melodie na Olga

Twobamenyeshako Olga Lorie muri kino gihe abarizwa mu gihugu c’urwanda.