Nyuma y’umwaka bakundanye,Mac Arthur Arakaza yakoye Audna Munezero

0

Umunyegori w’umugwi nserukira gihugu w’uburundi Intamba mu Rugamba n’umugwi wa vitalo’o fc ariwe Arakaza Mac Arthur yakoye kuri uno munsi kw’igenekerezo rya 29/7/2016
mac arthur na audna
urwo rubanza rwa mac Arthur Arakaza rukaba rwari rwitabwemwo n’isinzi ry’abantu na cane cane abakinyi b’umupira w’amaguru,abaririmvyi n’abandi banyecubahiro batari bake nkuko abamenyeshamakuru b’ikinyamakuru cacu ubmnews bashoboye kuvyibonera

Tworangiza tubamenyesha ko Arakaza Mac Arthur yakoYe umwigeme azwi kw’izina rya Audna Munezero