Nimbona Jean Pierre ” Kidum ” yaraye abatijwe mumazi menshi yakira Yesu Christo ” Raba hano amafoto

0

kidum

Nimbona Jean Pierre abenshi bazi nka kidum umuririmvyi w’umurundi ari mubakundwa cane ngaha mugihugu c’Uburundi ,akongera agakorera ibikorwa vyiwe vyo kuririmba mu gihugu ca Kenya yaraye abatijwe mumazi menshi yakira Yesu Christ.

kidumu

Kuba uno muririmvyi yemeye kuja kubatizwa mumazi menshi ,vyerekanye ko yakiriye Yesu Nkumwami n’umukiza wiwe mu bugingo bwiwe.

kibido

UBM News tubibutse ko Inyuma yo kubatizwa, Nimbona Jean Pierre kidum akaba yaciye amenyesha ko agiye gushira hanze amasanamu y’indirimbo yiwe ihimbaza Imana isanzwe yitwa “Mbingu na Dunia .