UBM News ads

Ni ibiki witeze kuri ‘Banki yo kuziganya y’Urwaruka’ yuguruwe na Petero Nkurunziza?

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Ibanki yo kuziganywa y’Urwaruka(Banque d’Investissement des Jeunes, BIJE) yuguruwe icese uyu musi mu ntara ya Gitega ku murwa mukuru wa politike.

Nk’uko iyo banki yitwa ivyerekana, ni ibanki izoha akaryo urwaruka rutari ruke guhurumbira ibijanye no kuziganya kugira ngo rwiteze imbere.

Bikaba bivugwa yuko iyo Banki izokwaka inyungu ntoya cane kubazoba basize amafaranga muri iyo banki kugira ngo babandanye boroherezwa.

Mbere n’umukuru w’igihugu c’Uburundi yameneyshejeje ko ‘azoshira amafaranaga yiwe muri iyo banki’ mu ntumbero yo kuremesha urwaruka kwishiramwo imigambi yo kuziganya no gukuza iyo banki.

Iyo banki ije hageze na rirya urwaruka rw’Ubruundi rwinshi ata kazi rufise maze rukaba ruzokwungukira ku guhabwa ingurane n’iyo banki yo kuziganya y’Urwaruka, BIJE.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments