Nguku hano ukuntu ushobora kuronka indirimbo nshasha idasanzwe y’umuririmvyi Sat B ” Nyampinga

0

Umuririmvyi w’igihangange m’umuziki wu Burundi ” Sat B , aheruka gushira ahabona indirimbo yiwe nshasha yise Nyampinga aho abantu bayikeneye bashobora kuyigura Online baciye kumurongo ca Cdbaby

sat b

Ino ndirimbo ya Nyampinga nkuko biboneka ni indirimbo idasanzwe ndetse ikozwe ku rwego rwo hejuru aho kugeza ubu abatari bake babandanya bipfuza kuyumviriza.

http://www.cdbaby.com/cd/satb3?SourceCode=widgetbaby

Umviriza agace kayo hano musi.