Ngako akamwemwe mu mugambwe wa CNDD-FDD ukuntu wiginye Intsizi ya Petero NKURUNZIZA.

0

Aya n’amafoto yabagumyabanga bari batari bake bariko bigina intsinzi yabo igira gatatu “3” ya Petero NKURUNZIZA akamwemwe kari kenshi nkokuri bose.

1  43  5

7 8

9 10

Mumajambo yashikirijwe nabakuru bamwe  bamwe batanguye gutanga umunonota umwe wokwibuka umuhisi Adolph NSHIMIRIMANA, munyuma yaho bakaba baciye babwira abaraho ko amatora yagenze neza cane haba aya makomine “commune” canke ayabashingamateka hamwe nay’Umukuru w’Igihugu ngo yose muri rusangi yagenze neza cane.

cddf2

5020

55514155

Ariko abanyepolitike bamwe bamwe bakavugako kwigina iyontsinzi ari nkokunyegeza umusuma avuye kwiba, n’inkuru tuzobashikiriza vuba.