Ndikumana Yamin Selemani yubatse inzu yagakura mu Kibenga

0

Kizigenza w’umugwi nserukira gihugu w’uburundi ariwe Ndikumana Yamin Selemani yubatse inzu yagakura hano mu gisagara ca Bujumbura muri zone kibenga
inzu ya selemani
Iyo nzu ikaba yababa imiriyoni 250 nkuko bimenyeshwa nuyo mukinyi nyene

Raba hano amafoto yiyo nzu
drogba yamin ndikumana sele