UBM News ads

Mu Kirundo, abanyagihugu bagiye kwironderera rusehabaniha.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads
 Mu ntara y’ubuvuzi ya Kirundo hashinzwe ko umuhana wose uzoterera hagati y’ibihumbi 2 n’ibihumbi 5 hisunzwe amikoro y’umuryango
 Umukozi wa reta canke amashirahamwe azoterera hagati y’ibihumbi 5 n’ibihumbi 10 hisunzwe igitigiri c’amafaranga yinjizwa.
Ivyo bikaba vyavugiwe mu nama yo kuri uyu wa 8/04/2021 yagirishijwe n’umuyobozi w’intara y’ubuvuzi ya Kirundo Louis Nzitunga, arikumwe n’umuhanuzi wa buramatari ajejwe ivy’amategeko
 Umuyobozi w’ubuvuzi mur’ iyo ntara avuga ko ibice 10% vy’amafranga ahabwa amavuriro n’ibitaro hisunzwe uko bakoze( primes basées sur la performance) nayo agiye gushirwa mur’uwo mugambi
👏🏼 Ivyo bikorwa bizotuma abagwayi boroherwa mu kuronka imodoka zibarerura mu kubashikana Aho barwarira.
RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments