Mkombozi yagize ico avuga kubiriko biraba mu Burundi

0

Umuririmvyi w’ umurundi Nzeyimana Thomas abenshi bazi kw’ izina rya Mkombozi yagize ico avuga ku biriko bibera mu burundi muri kino gihe aho uyo muririmvyi atera ivyatsi ibiriko bibera mu gihugu c uburundi.

mkombozi

Mkombozi abicishije ku rubuga rwiwe akaba yashoboye kwandika ati”
DUSENGERE UBURUNDI,TURI INKINZO YA NYABURUNGA, Jewe sinzi abo ba ONU igitigiri bipfuza c’abarundi bapfa kugira ngo baseruke?
Iyumvire ukuntu dushobora kubona ibiziga vyabene wacu 100 canke birenga ugaca wumva ko bishwe nabene wabo!!!
UKO BIRIKWOSE TUZOBANA TU,KANDI MURICO GIHUGU NYENE KUKO NI RWACU TWESE ” INSAZI yoreka ubugugu,nayo yokora UBUKI nk’INZUKI”.

hasta mkombozi

Ayo akaba ariyo majambo mkombozi yashoboye kuvuga