Mali= Umugore w-imyaka 25 yavyaye abana icenda, inkuru yabaye nkiy-imbonekarimwe muri Afrika.

0

Halima Cisse , ni umugore w-imyaka 25 aturuka mu gihugu ca Mali yaraye avyaye abana icenda   mu bitaro vyo mu gihugu ca Maroc .Abo bana  uwo mupfasoni yibarutse bagizwe n-abahungu bane hamwe n-abakobwa batanu .Akaba kandi uwo mupfasoni yabibarutse abo bana biciye m-uburyo bwa Cesarienne.Une femme malienne donne naissance à 9 bébés

Nkuko tubikesha iradiyo y-abongereza BBC, n-uko ku bipimo vya echographie vyari  vyafatiwe muri Mali no muri Maroc vyerekana ko uwo mupfasoni Cisse yari kwibaruka abana indwi, ivyuma ntivyashoboye abandi bana babiri.