Mac Arthur amaze gushika kuri vyinshi mu mupira w’amaguru

0

Umunyegori w’umugwi nserukira gihugu w’uburundi hamwe n’umugwi wa vitalo fc ariwe Arakaza Maca Arthur arashimira Imana kuvyo amaze kugerako kuva atangura gukina urukino rw’umupira w’amaguru aho ashima ivyo amaze kuronka
ivyo mac arthur amaze gushikako
Abicishije ku rubuga ngurukanabumenyi rwa facebook,Mac Arthur akaba yavuze ati:@From@Zero2#@Héros$$$
Aho yashatse kuvuga yuko agitangura atco yarafise ariko kuva atanguye gukina umupira w’amaguru yageze kuri vyinshi harimwo kuronka amahera menshi n’ibindi vyinshi

Tworangiza tubamenyesha ko Mac Arthur asanzewe ariwe munyegori aharugwa ko ariwe wa mbara hano mu gihugu c’uburundi