Lolilo yafashe urugendo yerekeza Afrique du sud

0

Umuririmvyi w’umurundi Niyonzima Nassor Saloum azwi nka lolilo yafashe urugendo yerekeza igihugu ca Afrika y’epfo aho agiye gukora ibiteramo mu bisagara bitandukanye vyico gihugu.

lolilo afashe indege

Aganira n’ikinyamakuru cabyu ubmnews imbere yuko afata urugendo,lolilo akaba yatumenyesheje ko agiye muri Afrika y’epfo gukora ibiteramo n’umuririmvyi w’umurundi aba murico gihugu ariwe Chris Dizzo,lolilo akavuga kandi ko muri ico gihugu azohakorera na clip video y’indirimbo atashoboye kutubwira izina.

loliane umugoore wa lolilo yari yamuherekeje

Twobamenyesha ko loilo agiye muri Afrika y’epfo asigiye abakunzi b’umuziki indirimbo yitwa Urunwarnwa yakoranye na Akess