Lolilo agiye gushira ahabona indirimbo yiwe Vyihorere

0

Niyonzima Nassor Saloum Lolilo agiye gushira ahabona indirimbo yiwe Vyihorere aho azoyikorera igiteramo kuruyu wa gatantu igenekerezo rya 30 hamwe no kuruyu w’Imana igenekerezo rya 31 ukwezi kwa mbere uyu mwaka nyene turimwo
Mu gihe lolilo azoba ariko arashira ahabona ayo masanamu,abaririmvyi atari bake bazoba baje kumushigikira nkuko muvyibonera kurayo masanamu
lunch lolilo
Tworangiza tubamenyeshako ico giteramo kizobera mu kamenge aho bita kwa combe